Kuvayo 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko babashiriraho abakuru b’ibikorwa vy’agahato, kugira babahahaze mu kubikoreza imizigo+; baraheza bubakira Farawo ibisagara vy’ububiko, ari vyo Pitomu na Ramusesi+. Kuvayo 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi jewe ubwanje narumvise ukuniha kwa bene Isirayeli+, abo Abanyamisiri bagira abaja, kandi ndibuka isezerano ryanje+. Zaburi 106:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Yarabona amarushwa yabo+Igihe yumva akamo kabo k’ukwinginga+. Yesaya 63:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu marushwa yabo yose, vyaramuteye amarushwa+. Kandi intumwa yiwe bwite yarabakijije+. Mu rukundo rwiwe no mu mpuhwe ziwe, we ubwiwe yarabacunguye+, araheza abashira hejuru yongera arabaterura imisi yose ya kera+. Ivyakozwe 7:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nabonye vy’ukuri akarenganyo abantu banje bari mu Misiri bagirirwa+, kandi numvise ukuniha kwabo+, nkaba manutse kubarokora+. None rero nuze, ngutume mu Misiri+.’
11 Nuko babashiriraho abakuru b’ibikorwa vy’agahato, kugira babahahaze mu kubikoreza imizigo+; baraheza bubakira Farawo ibisagara vy’ububiko, ari vyo Pitomu na Ramusesi+.
5 Kandi jewe ubwanje narumvise ukuniha kwa bene Isirayeli+, abo Abanyamisiri bagira abaja, kandi ndibuka isezerano ryanje+.
9 Mu marushwa yabo yose, vyaramuteye amarushwa+. Kandi intumwa yiwe bwite yarabakijije+. Mu rukundo rwiwe no mu mpuhwe ziwe, we ubwiwe yarabacunguye+, araheza abashira hejuru yongera arabaterura imisi yose ya kera+.
34 Nabonye vy’ukuri akarenganyo abantu banje bari mu Misiri bagirirwa+, kandi numvise ukuniha kwabo+, nkaba manutse kubarokora+. None rero nuze, ngutume mu Misiri+.’