Guharura 13:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nuko bamenyesha Musa bati: “Twarinjiye mu gihugu waturungitsemwo, kandi koko gitemba amata n’ubuki+; ng’ibi ivyamwa vyaco+. Gusubira mu vyagezwe 27:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uze uyandikeko amajambo yose y’iri tegeko+ niwamara kujabuka+, kugira winjire mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe, igihugu gitemba amata n’ubuki, wisunze ivyo Yehova Imana ya ba sogokuruza bawe yakubwiye+.
27 Nuko bamenyesha Musa bati: “Twarinjiye mu gihugu waturungitsemwo, kandi koko gitemba amata n’ubuki+; ng’ibi ivyamwa vyaco+.
3 Uze uyandikeko amajambo yose y’iri tegeko+ niwamara kujabuka+, kugira winjire mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe, igihugu gitemba amata n’ubuki, wisunze ivyo Yehova Imana ya ba sogokuruza bawe yakubwiye+.