Gusubira mu vyagezwe 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Itegereze: amajuru ni aya Yehova Imana yawe+, mbere amajuru y’amajuru, isi+ n’ibiri muri yo vyose. 1 Abakorinto 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 kuko “isi n’ibiyuzuye+ ari ivya Yehova+.”
14 Itegereze: amajuru ni aya Yehova Imana yawe+, mbere amajuru y’amajuru, isi+ n’ibiri muri yo vyose.