Kuvayo 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ico gihe abantu bose bariko babona imituragaro n’ukurabagiza kw’imiravyo, n’ijwi ry’inzamba, n’umusozi ufumba umwotsi. Abantu ngo babibone, batangura kudegedwa, bahagarara nka hariya+. Yosuwa 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abaherezi indwi baze batware inzamba indwi z’amahembe y’impfizi z’intama, baje imbere y’Isandugu; ku musi ugira indwi muze muzunguruke igisagara incuro indwi, kandi nya baherezi baze bavuze nya nzamba+.
18 Ico gihe abantu bose bariko babona imituragaro n’ukurabagiza kw’imiravyo, n’ijwi ry’inzamba, n’umusozi ufumba umwotsi. Abantu ngo babibone, batangura kudegedwa, bahagarara nka hariya+.
4 Abaherezi indwi baze batware inzamba indwi z’amahembe y’impfizi z’intama, baje imbere y’Isandugu; ku musi ugira indwi muze muzunguruke igisagara incuro indwi, kandi nya baherezi baze bavuze nya nzamba+.