Nehemiya 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Wamanutse ku musozi Sinayi+, uvugana na bo uri mw’ijuru+, uraheza ubaha ingingo z’ubutungane zigororotse+ n’amategeko y’ukuri+, ingingo nyobozi nziza+ n’amabwirizwa meza+. Zaburi 81:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu marushwa warahamagaye, nanje ndagutabara+;Natanguye kukwishurira ahantu hihishije h’umuturagaro+.Naragusuzumye kuri ya mazi y’i Meriba+. Sela.
13 Wamanutse ku musozi Sinayi+, uvugana na bo uri mw’ijuru+, uraheza ubaha ingingo z’ubutungane zigororotse+ n’amategeko y’ukuri+, ingingo nyobozi nziza+ n’amabwirizwa meza+.
7 Mu marushwa warahamagaye, nanje ndagutabara+;Natanguye kukwishurira ahantu hihishije h’umuturagaro+.Naragusuzumye kuri ya mazi y’i Meriba+. Sela.