6 Samweli abandanya kubwira abantu ati: “Yehova ni icabona, we yakoresheje Musa na Aroni akaba ari na we yaduganye ba sogokuruza banyu abakuye mu gihugu ca Misiri+.
11 Maze batangura kwibuka imisi ya kera, na Musa umusavyi wiwe, ngo: “Ari hehe Umwe yabadugana abakuye mu kiyaga+ hamwe n’abungere b’umukuku wiwe+? Ari hehe Umwe yamushiramwo impwemu nyeranda yiwe+?