ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ntuze wigere ugira izindi mana izo ari zo zose unzana mu maso+.

  • 2 Abami 17:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 igihe Yehova yagirana isezerano+ na bo akongera akabategeka ati: “Ntimuze mutinye izindi mana+, kandi ntimuze muzunamire canke ngo muzikorere canke ngo muzishikanire ibimazi+.

  • Yeremiya 25:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi ntimukurikire izindi mana ngo muzikorere mwongere muzunamire, kugira ntimumbabarishe igikorwa c’amaboko yanyu, no kugira ngo sindabateze ivyago+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika