ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 6:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ariko Musa avugira imbere ya Yehova, ati: “Ehe raba! Bene Isirayeli ntibanyumvirije+; none Farawo we azonyumviriza ate+, narirya ndi uw’iminwa itagenyerewe+?”

  • 2 Samweli 7:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Umwami Dawidi aca arinjira, yicara imbere ya Yehova, maze avuga ati: “Mbega ndi nde+ ga Mukama Segaba Yehova? Kandi inzu yanje ni iki ku buryo wanshikanye iyo hose?

  • Yeremiya 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mugabo mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Ehe vy’ukuri sinzi kuvuga+, kuko ndi agahungu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika