ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 31:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Hanyuma atangura gushinga igikorwa Yosuwa mwene Nuni+, ati: “Gira umutima rugabo kandi ukomere+, kuko ari wewe uzokwinjiza bene Isirayeli mu gihugu nabarahiye+, kandi jewe ubwanje nzogumana nawe.”

  • Yosuwa 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nta n’umwe azohagarara imbere yawe imisi yose y’ubuzima bwawe+. Nk’uko nabanye na Musa ni ko nzobana nawe+. Sinzoguta canke ngo ndaguhebe buhere+.

  • Yesaya 41:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ntutinye, kuko ndi kumwe nawe+. Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza+. Nzogufasha vy’ukuri+. Emwe, nzogufata nkugumye n’ukuryo kwanje+ kw’ubugororotsi+.’

  • Abaroma 8:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 None tuvuge iki kuri ivyo? Nimba Imana idushigikiye, ni nde azoturwanya+?

  • Abafilipi 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Muri vyose, ndonka inkomezi ndabikesheje umwe ampa ububasha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika