ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 7:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Igihe nabona+ mw’isahu impuzu y’ibango iryoheye ijisho y’i Shinari+, na shekeli amajana abiri z’ifeza n’ingegene imwe y’inzahabu ipima shekeli mirongo itanu, naciye ndavyipfuza+, maze ndabitwara+; kandi ehe binyegejwe mu kuzimu hagati mw’ihema ryanje, amahera akaba ari munsi ya nya mpuzu+.”

  • Mika 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Baripfuje imirima barayigarurira+; baripfuje n’amazu, barayatwara; bagunze umuntu w’umugabo n’urugo rwiwe+, bagunga umuntu n’intoranwa yiwe+.

  • Luka 12:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Maze ababwira ati: “Mugume murikanuye kandi mwirinde ubwoko bwose bw’umwina+, kuko no mu gihe umuntu afise umurengera, ubuzima bwiwe ntibuva ku bintu atunze+.”

  • Abaroma 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 None rero tuvuge iki? Mbega Itegeko ni igicumuro+? Ntibikabe! Mu vy’ukuri simba naramenye igicumuro+ iyo hataba Itegeko; kandi nk’akarorero, simba naramenye umwina+ ico ari co iyo Itegeko ritavuga riti: “Ntukagire umwina+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika