ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 15:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 “‘Mugabo umuntu akora ikintu nkana+, yaba ari imvukira canke kavamahanga, gutyo akaba atutse Yehova+, uwo muntu rero ategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo+.

  • Gusubira mu vyagezwe 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Ariko mu gihe hogira umuntu yanka+ mugenziwe, akamubundira maze akamugurukirako akamukubita, agapfa+, hanyuma nya muntu agahungira muri kimwe muri ivyo bisagara,

  • 2 Samweli 3:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Abuneri agarutse i Heburoni+, Yowabu aca aramwikebukanya imbere mw’irembo kugira avugane na we mu mwiherero+. Ariko aho nyene aca amuzibura mu nda+, arapfa kubera amaraso ya Asaheli+ mwene wabo.

  • 1 Yohani 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Umuntu wese yanka+ mwene wabo ni umwicanyi+, kandi murazi yuko ata mwicanyi+ afise ubuzima budahera buguma muri we+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika