ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 1:50
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 50 Nayo Adoniya, aratinya kubera Salomo. Arahaguruka rero, aragenda maze acakira amahembe y’igicaniro*+.

  • 1 Abami 2:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Maze Umwami Salomo abwirwa ngo: “Yowabu yahungiye mw’ihema rya Yehova, kandi ehe ari iruhande y’igicaniro.” Salomo atuma rero Benaya mwene Yehoyada, amubwira ati: “Genda, umugurukireko+!”

  • 2 Abami 11:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mugabo Yehoyada umuherezi ategeka abakuru b’amajana, abagenywe bo mu nteko za gisirikare+, ati: “Musohore mumukure mu misitari; kandi uwumukurikira wese yicishwe inkota+!” Kuko uwo muherezi yari yavuze ati: “Ntiyicirwe mu nzu ya Yehova.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika