Kuvayo 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Umuriro niwarandagata ugafata amahwa, n’imiganda canke ibinyantete bihagaze canke umurima bikayigira+, uwawudometse abwirizwa gutanga inshumbusho y’ivyahiye. Kuvayo 22:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Mugabo umuntu niyasaba igitungwa mugenziwe+, hanyuma kigacika igihimba c’umubiri canke kigapfa nyeneco atari ho ari, ategerezwa gutanga inshumbusho+. Gusubira mu vyagezwe 22:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Niwubaka inzu nshasha, uze ukore igitangirizo c’igisenge cawe+, kugira ntukwegere amaraso inzu yawe, kuko hogira uwukoroka avuye kuri co.
6 “Umuriro niwarandagata ugafata amahwa, n’imiganda canke ibinyantete bihagaze canke umurima bikayigira+, uwawudometse abwirizwa gutanga inshumbusho y’ivyahiye.
14 “Mugabo umuntu niyasaba igitungwa mugenziwe+, hanyuma kigacika igihimba c’umubiri canke kigapfa nyeneco atari ho ari, ategerezwa gutanga inshumbusho+.
8 “Niwubaka inzu nshasha, uze ukore igitangirizo c’igisenge cawe+, kugira ntukwegere amaraso inzu yawe, kuko hogira uwukoroka avuye kuri co.