Abalewi 25:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi ntihaze hagire uwugunga mugenziwe+, kandi utegerezwa gutinya Imana yawe+, kuko ndi Yehova Imana yanyu+. Matayo 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ibintu vyose rero mushaka ko abantu babagirira+, namwe nyene mutegerezwa kubibagirira; nkako, ico ni co Itegeko n’Abahanuzi bisobanura+.
17 Kandi ntihaze hagire uwugunga mugenziwe+, kandi utegerezwa gutinya Imana yawe+, kuko ndi Yehova Imana yanyu+.
12 “Ibintu vyose rero mushaka ko abantu babagirira+, namwe nyene mutegerezwa kubibagirira; nkako, ico ni co Itegeko n’Abahanuzi bisobanura+.