2 Samweli 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ku bijanye n’ako kagazi k’intama na ho, akwiye kumushumbusha+ imyagazi ine+, kubera ko yakoze ico kintu no kubera ko atagize impuhwe+.” Luka 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo Zakayo arahaguruka, abwira Umukama ati: “Ehe ica kabiri c’ivyo ntunze, Mukama, ngira ndagihe aboro, kandi ico cose nanyaze uwo ari we wese mu kumwagiriza ibinyoma+, ngira ndagisubize incuro zine+.”
6 Ku bijanye n’ako kagazi k’intama na ho, akwiye kumushumbusha+ imyagazi ine+, kubera ko yakoze ico kintu no kubera ko atagize impuhwe+.”
8 Mugabo Zakayo arahaguruka, abwira Umukama ati: “Ehe ica kabiri c’ivyo ntunze, Mukama, ngira ndagihe aboro, kandi ico cose nanyaze uwo ari we wese mu kumwagiriza ibinyoma+, ngira ndagisubize incuro zine+.”