Zaburi 37:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Umubisha aragurana ntiyishure+,Mugabo umugororotsi agira impuhwe kandi agatanga ingabirano+. Imigani 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umutunzi ni we aganza ba ntahonikora+, kandi uwugurana aba umusavyi wa nyene kumugurana+.