Kuvayo 21:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 nyene ico cobo aze atange inshumbusho+. Ikiguzi aze akirihe nyene igitungwa, igitungwa capfuye na co kibe rwiwe. Abalewi 24:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Uwukubise igitungwa kigapfa akwiye kugitangira inshumbusho, ubuzima ku bundi+.
34 nyene ico cobo aze atange inshumbusho+. Ikiguzi aze akirihe nyene igitungwa, igitungwa capfuye na co kibe rwiwe.