Itanguriro 34:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Shekemu mwene Hamori Umuhiwi+, umukuru wo muri ico gihugu, aramubona maze aramufata, aryamana na we, aramwonona+. Gusubira mu vyagezwe 22:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “Umugabo niyabona umukobwa, umwigeme w’isugi atarareshwa, kandi vy’ukuri akamucakira akaryamana na we+, maze bagafatwa+,
2 Nuko Shekemu mwene Hamori Umuhiwi+, umukuru wo muri ico gihugu, aramubona maze aramufata, aryamana na we, aramwonona+.
28 “Umugabo niyabona umukobwa, umwigeme w’isugi atarareshwa, kandi vy’ukuri akamucakira akaryamana na we+, maze bagafatwa+,