Abalewi 18:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “‘Ntuze ureke ngo hagire n’umwe mu ruvyaro rwawe yegurirwa+ Moleki+. Ntuze uhumanye+ izina ry’Imana yawe muri ubwo buryo. Ndi Yehova+. Abalewi 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ntimuze murahire mw’izina ryanje mubesha+, bigatuma uhumanya koko izina ry’Imana yawe. Ndi Yehova. Amosi 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bahezagirika bipfuza kubona umukungugu w’isi ku mutwe w’abantu batobato+; bacisha ku ruhande inzira y’abatekereza+; kandi umuhungu na se ba giye ku mukobwa umwe+, mu ntumbero yo guhumanya izina ryanje ryeranda+.
21 “‘Ntuze ureke ngo hagire n’umwe mu ruvyaro rwawe yegurirwa+ Moleki+. Ntuze uhumanye+ izina ry’Imana yawe muri ubwo buryo. Ndi Yehova+.
12 Ntimuze murahire mw’izina ryanje mubesha+, bigatuma uhumanya koko izina ry’Imana yawe. Ndi Yehova.
7 Bahezagirika bipfuza kubona umukungugu w’isi ku mutwe w’abantu batobato+; bacisha ku ruhande inzira y’abatekereza+; kandi umuhungu na se ba giye ku mukobwa umwe+, mu ntumbero yo guhumanya izina ryanje ryeranda+.