Abalewi 23:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ntimuze mukore igikorwa na kimwe kuri uyo musi, kuko ari umusi w’impongano wo kubatangira impongano+ imbere ya Yehova Imana yanyu; Matayo 12:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ku bw’ivyo vyose, ibaze ingene umuntu arusha agaciro intama+! Biremewe rero gukora ikintu ciza kw’isabato.” Mariko 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hanyuma ababwira ati: “Vyoba vyemewe kw’isabato gukora igikorwa ciza canke gukora igikorwa kibi, gukiza umuntu canke kumwica+?” Mugabo baguma bacereje.
28 Ntimuze mukore igikorwa na kimwe kuri uyo musi, kuko ari umusi w’impongano wo kubatangira impongano+ imbere ya Yehova Imana yanyu;
12 Ku bw’ivyo vyose, ibaze ingene umuntu arusha agaciro intama+! Biremewe rero gukora ikintu ciza kw’isabato.”
4 Hanyuma ababwira ati: “Vyoba vyemewe kw’isabato gukora igikorwa ciza canke gukora igikorwa kibi, gukiza umuntu canke kumwica+?” Mugabo baguma bacereje.