2 Ngoma 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 nzobarandura rero ku butaka bwanje nabahaye+; kandi iyi nzu nereje+ izina ryanje nzoyita imve mu maso+, ndayigire iciro ry’umugani+ n’akamenyo mu bisata vy’abantu vyose+. Zaburi 24:1 Bibiliya y’isi nshasha 24 Isi n’ibiyuzuye ni ivya Yehova+,Ubutaka bwimbuka n’ababubako+. Zaburi 85:1 Bibiliya y’isi nshasha 85 Wahimbawe n’igihugu cawe, ewe Yehova+!Wagarukanye abajanywe ari imbohe ba Yakobo+. Yoweli 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yehova azogirira umwete igihugu ciwe+, agirire impuhwe abantu biwe+.
20 nzobarandura rero ku butaka bwanje nabahaye+; kandi iyi nzu nereje+ izina ryanje nzoyita imve mu maso+, ndayigire iciro ry’umugani+ n’akamenyo mu bisata vy’abantu vyose+.