1 Ngoma 29:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko turi ba kavamahanga imbere yawe tukaba n’inyambukira+ nka ba sogokuruza bacu bose. Imisi yacu kw’isi imeze nk’igitutu+, kandi nta cizigiro kiriho. Zaburi 39:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Niwumve isengesho ryanje, ewe Yehova!Utege ugutwi ugutabaza kwanje+.Ntugume wicerereje ngo wirengagize amosozi yanje+.Kuko ndi kavamahanga gusa kuri wewe+,Inyambukira cokimwe na ba sogokuruza bose+. 1 Petero 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bakundwa, ndabahimiriza nka ba kavamahanga n’ingenzi+ ngo mugume mwirinda ivyipfuzo vy’umubiri+, ari na vyo nyene biguma birwanya ubuzima+.
15 Kuko turi ba kavamahanga imbere yawe tukaba n’inyambukira+ nka ba sogokuruza bacu bose. Imisi yacu kw’isi imeze nk’igitutu+, kandi nta cizigiro kiriho.
12 Niwumve isengesho ryanje, ewe Yehova!Utege ugutwi ugutabaza kwanje+.Ntugume wicerereje ngo wirengagize amosozi yanje+.Kuko ndi kavamahanga gusa kuri wewe+,Inyambukira cokimwe na ba sogokuruza bose+.
11 Bakundwa, ndabahimiriza nka ba kavamahanga n’ingenzi+ ngo mugume mwirinda ivyipfuzo vy’umubiri+, ari na vyo nyene biguma birwanya ubuzima+.