Kuvayo 22:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Ntugafate nabi kavamahanga canke ngo umuhahaze+, kuko namwe mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+. Kuvayo 23:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Kandi ntugahahaze kavamahanga+, kuko namwe ubwanyu muzi ubuzima bwa kavamahanga ico ari co, kuko mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+. Abalewi 19:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kavamahanga abanye namwe ari kavamahanga, kuri mwebwe aze acike nk’imvukira yanyu. Utegerezwa kumukunda nk’uko wikunda+, kuko mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+. Ndi Yehova Imana yanyu. Gusubira mu vyagezwe 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ishitsa urubanza ku bw’impfuvyi* n’umupfakazi+ kandi igakunda kavamahanga+ ku buryo imuha umukate n’umutamana.
21 “Ntugafate nabi kavamahanga canke ngo umuhahaze+, kuko namwe mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+.
9 “Kandi ntugahahaze kavamahanga+, kuko namwe ubwanyu muzi ubuzima bwa kavamahanga ico ari co, kuko mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+.
34 Kavamahanga abanye namwe ari kavamahanga, kuri mwebwe aze acike nk’imvukira yanyu. Utegerezwa kumukunda nk’uko wikunda+, kuko mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+. Ndi Yehova Imana yanyu.
18 ishitsa urubanza ku bw’impfuvyi* n’umupfakazi+ kandi igakunda kavamahanga+ ku buryo imuha umukate n’umutamana.