Kuvayo 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Musa abandanya kubwira abantu ati: “Hazoze haribukwa uyu musi muviriyeko mu Misiri+, mu nzu y’abashumba, kuko biciye ku nkomezi z’ukuboko ari ho Yehova abakuye ng’aha+. Nta kintu cambiwe rero gishobora kuribwa+. Kuvayo 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ndi Yehova Imana yawe+ yagukuye mu gihugu ca Misiri, mu nzu y’abashumba+. Luka 1:74 Bibiliya y’isi nshasha 74 yo kuduha, tumaze gutabarwa mu maboko y’abansi+, agateka ko kumurangurira igikorwa ceranda ata bwoba+
3 Musa abandanya kubwira abantu ati: “Hazoze haribukwa uyu musi muviriyeko mu Misiri+, mu nzu y’abashumba, kuko biciye ku nkomezi z’ukuboko ari ho Yehova abakuye ng’aha+. Nta kintu cambiwe rero gishobora kuribwa+.
74 yo kuduha, tumaze gutabarwa mu maboko y’abansi+, agateka ko kumurangurira igikorwa ceranda ata bwoba+