-
Abalewi 25:22Bibiliya y’isi nshasha
-
-
22 Muze mubibe imbuto mu mwaka ugira umunani, kandi muzorya ibihitira gushika mu mwaka ugira icenda. Muzorya ibihitira gushika umwimbu wawo ubonetse.
-