Abalewi 26:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 bigatuma nanje ngenda ndabarwanya+, nkabwirizwa kubazana mu gihugu c’abansi babo+. “‘Kumbure ico gihe imitima yabo itagenyerewe+ izocishwa bugufi+, kandi ico gihe bazokwishura ikosa ryabo. Guharura 14:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Hakurikijwe igitigiri c’imisi mwatase ico gihugu, imisi mirongo ine+, umusi ugahura n’umwaka, umusi ugahura n’umwaka+, muzokwishura amakosa yanyu imyaka mirongo ine+, kuko muzomenya ata kabuza ico ukunyinuba gusobanura+.
41 bigatuma nanje ngenda ndabarwanya+, nkabwirizwa kubazana mu gihugu c’abansi babo+. “‘Kumbure ico gihe imitima yabo itagenyerewe+ izocishwa bugufi+, kandi ico gihe bazokwishura ikosa ryabo.
34 Hakurikijwe igitigiri c’imisi mwatase ico gihugu, imisi mirongo ine+, umusi ugahura n’umwaka, umusi ugahura n’umwaka+, muzokwishura amakosa yanyu imyaka mirongo ine+, kuko muzomenya ata kabuza ico ukunyinuba gusobanura+.