Gusubira mu vyagezwe 22:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Ntuze ubibe umurima wawe w’imizabibu imbuto z’ubwoko bubiri+, kugira ngo umwimbu wose w’imbuto wobiba be n’umwimbu wa nya murima w’imizabibu ntibihave bitwarwa impaga bikegukira aheranda. Ezekiyeli 44:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ishikanwa ry’intete be n’ishikanwa ry’igicumuro be n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha, ni bo bazoyarya+. Kandi ikintu cose cagizwe inyegu muri Isirayeli kizoba rwabo+.
9 “Ntuze ubibe umurima wawe w’imizabibu imbuto z’ubwoko bubiri+, kugira ngo umwimbu wose w’imbuto wobiba be n’umwimbu wa nya murima w’imizabibu ntibihave bitwarwa impaga bikegukira aheranda.
29 Ishikanwa ry’intete be n’ishikanwa ry’igicumuro be n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha, ni bo bazoyarya+. Kandi ikintu cose cagizwe inyegu muri Isirayeli kizoba rwabo+.