Itanguriro 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+ w’ubutaka+ araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+, maze nya muntu aba umuntu* muzima+. Itanguriro 46:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Abantu bose ba Yakobo binjiye mu Misiri bari abakomotse kuri we*+, uretse abagore ba bene Yakobo. Bose bari mirongo itandatu na batandatu. Ezekiyeli 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Raba! Abantu bose ni abanje+. Se w’umwana+, cokimwe n’umwana, ni abanje+. Umuntu* acumura+ ni we azopfa+.
7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+ w’ubutaka+ araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+, maze nya muntu aba umuntu* muzima+.
26 Abantu bose ba Yakobo binjiye mu Misiri bari abakomotse kuri we*+, uretse abagore ba bene Yakobo. Bose bari mirongo itandatu na batandatu.
4 Raba! Abantu bose ni abanje+. Se w’umwana+, cokimwe n’umwana, ni abanje+. Umuntu* acumura+ ni we azopfa+.