ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 37:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Aka ni ko kahise ka Yakobo.

      Yozefu+, afise imyaka cumi n’indwi, yari aragiye intama ari kumwe na bene wabo mu mukuku+, kandi, kubera yari agahungu, yari kumwe n’abahungu ba Biluha+ n’abahungu ba Zilupa+, abagore ba se wiwe. Nuko Yozefu azanira se inkuru mbi ku biberekeye+.

  • 1 Samweli 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Oya+, bane banje, kuko inkuru numva atari nziza, iyo abantu ba Yehova bariko barakwiragiza+.

  • Esiteri 6:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Amaherezo basanga handitswemwo ivyo Morudekayi yari yarahishuye+ ku vyerekeye Bigitani na Tereshi, abakozi bo ku kirimba babiri+ b’umwami, abarinzi b’imiryango, bari bararondeye gushorera ukuboko ku Mwami Ahasuwerusi.

  • Imigani 29:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Uwifatanya n’igisuma aba yanka ubuzima bwiwe+. Yoshobora kwumva indahiro ijanye n’umuvumo, mugabo nta co amenyesha+.

  • 1 Abakorinto 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko, bene wacu+, abo mu nzu kwa Keloya bampishuriye ibiberekeye, yuko hari ugucanamwo muri mwebwe.

  • 1 Abakorinto 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mu vy’ukuri haravugwa ubusambanyi+ muri mwebwe, kandi ubusambanyi butari no mu mahanga, yuko hariho umuntu afise umugore wa se+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika