41 Kandi uzoshikana ya mpfizi y’intama ikiri nto ya kabiri hagati ya ya migoroba ibiri. Uzoyishikana iri kumwe n’ishikanwa ry’intete+ rimeze nka rimwe ryo mu gitondo be n’ishikanwa ry’ikinyobwa rimeze nk’iryaryo, bibe akamoto karuhura, ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova.