Abalewi 11:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ivyo rero vyotuma mwihumanya. Umuntu wese akoze ku mivyimba yavyo azoba uwuhumanye gushika ku mugoroba+. Gusubira mu vyagezwe 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ariko ubu ni bwo bwoko mutazorya mu vyuza canke bisatuye ikinono, kikaba gitanye: ingamiya+ n’urukwavu rwo mw’ishamba+ n’inkezi yo mu bitandara+, kuko vyuza mugabo bikaba bidasatuye ikinono. Birahumanye kuri mwebwe.
24 Ivyo rero vyotuma mwihumanya. Umuntu wese akoze ku mivyimba yavyo azoba uwuhumanye gushika ku mugoroba+.
7 Ariko ubu ni bwo bwoko mutazorya mu vyuza canke bisatuye ikinono, kikaba gitanye: ingamiya+ n’urukwavu rwo mw’ishamba+ n’inkezi yo mu bitandara+, kuko vyuza mugabo bikaba bidasatuye ikinono. Birahumanye kuri mwebwe.