Abalewi 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi umuherezi aze amutangire impongano+ ku bw’igicumuro yakoze, ico ari co cose muri ivyo bicumuro, abone kukibabarirwa; kandi rize ryegukire umuherezi+ cokimwe n’ishikanwa ry’intete.’” Abalewi 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ibisigaye kuri ryo Aroni n’abahungu biwe bazobirya+. Bizoribwa ari udutsima tutagiramwo umwambiro+, babirire ahantu heranda. Bazobirira mu kigo c’ihema ry’ihuriro. Abalewi 8:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Hanyuma Musa atora ya nkoro+, ayizungagiza irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa imbere ya Yehova+. Yakuwe kuri ya mpfizi y’intama y’iyatira, icika umugabane+ wa Musa, nk’uko Yehova yari yamutegetse. Guharura 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Inyama zavyo zize zibe rwawe. Nk’uko biri ku nkoro y’ishikanwa rizungagizwa no ku kuguru kw’ukuryo, zizoba rwawe+.
13 Kandi umuherezi aze amutangire impongano+ ku bw’igicumuro yakoze, ico ari co cose muri ivyo bicumuro, abone kukibabarirwa; kandi rize ryegukire umuherezi+ cokimwe n’ishikanwa ry’intete.’”
16 Ibisigaye kuri ryo Aroni n’abahungu biwe bazobirya+. Bizoribwa ari udutsima tutagiramwo umwambiro+, babirire ahantu heranda. Bazobirira mu kigo c’ihema ry’ihuriro.
29 Hanyuma Musa atora ya nkoro+, ayizungagiza irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa imbere ya Yehova+. Yakuwe kuri ya mpfizi y’intama y’iyatira, icika umugabane+ wa Musa, nk’uko Yehova yari yamutegetse.
18 Inyama zavyo zize zibe rwawe. Nk’uko biri ku nkoro y’ishikanwa rizungagizwa no ku kuguru kw’ukuryo, zizoba rwawe+.