ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 29:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Uze uzane ya shūri imbere y’ihema ry’ihuriro, hanyuma Aroni n’abahungu biwe barambike ibiganza ku mutwe wayo+.

  • Abalewi 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “‘Nimba umuherezi, uwarobanujwe amavuta*+, acumuye+ ku buryo bituma abantu bagirwa n’icaha, aze ashikirize Yehova ikimasa kitagira agahonzi bwa shikanwa ry’igicumuro, ku bw’igicumuro yakoze+.

  • Abalewi 16:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Kandi Aroni aze ashikirize ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro itangwa ku bwiwe+, atange impongano+ ku bwiwe+ no ku bw’inzu yiwe+.

  • Ezekiyeli 43:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “‘Kandi abaherezi b’Abalewi+ bo mu ruvyaro rwa Zadoki+, ari bo banyegêra+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘kugira ngo bankorere, uze ubahe ikimasa co mu busho, ngo kibe ishikanwa ry’igicumuro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika