ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 29:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Uzoshikana ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro buri musi ngo ibe impongano+, kandi uze utyorore igicaniro igicumuro mu kugitangira impongano, wongere ukirobanuze amavuta+ kugira cezwe.

  • Abalewi 17:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko ubuzima bw’umubiri buri mu maraso+, nanje nkaba nayashize ku gicaniro ku bwanyu kugira mutangirwe impongano+, kuko amaraso+ ari yo atuma haba impongano+ biciye ku buzima buri muri yo.

  • Abaheburayo 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ku bw’ico rero yabwirijwe gucika nka “bene wabo” mu mice yose+, ngo acike umuherezi mukuru w’umunyembabazi n’umwizigirwa mu vyerekeye Imana+, kugira ngo atange ikimazi c’impongano+ ku bw’ibicumuro vy’abantu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika