Abalewi 8:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nk’uko nyene bigizwe uyu musi, ni ko Yehova yategetse ko bikorwa kugira mutangirwe impongano+. Abaheburayo 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kandi kubera bwo, abwirizwa gushikana amashikanwa ku bw’ibicumuro, ku bwiwe no ku bw’abantu+. Abaheburayo 7:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntakeneye ku musi ku musi+, nka ba baherezi bakuru, gushikana ibimazi, ubwa mbere ku bw’ibicumuro vyiwe bwite+ hanyuma ku bw’ibicumuro vy’abantu+ (kuko ivyo yabigize rimwe rizima+ igihe yishikana+ ubwiwe);
27 Ntakeneye ku musi ku musi+, nka ba baherezi bakuru, gushikana ibimazi, ubwa mbere ku bw’ibicumuro vyiwe bwite+ hanyuma ku bw’ibicumuro vy’abantu+ (kuko ivyo yabigize rimwe rizima+ igihe yishikana+ ubwiwe);