Abalewi 16:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kandi ategerezwa gutanga impongano ku bw’aheranda+, yongere atangire impongano ihema+ ry’ihuriro n’igicaniro+; azotangira kandi impongano umuherezi n’abantu bose bo mw’ishengero+. Abaheburayo 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 mugabo mu gihimba kigira kabiri umuherezi mukuru ni we wenyene yinjirayo rimwe mu mwaka+, atibagiye amaraso+, ayo ashikana ku bwiwe+ no ku bw’ibicumuro abantu bakoze ku kutamenya+.
33 Kandi ategerezwa gutanga impongano ku bw’aheranda+, yongere atangire impongano ihema+ ry’ihuriro n’igicaniro+; azotangira kandi impongano umuherezi n’abantu bose bo mw’ishengero+.
7 mugabo mu gihimba kigira kabiri umuherezi mukuru ni we wenyene yinjirayo rimwe mu mwaka+, atibagiye amaraso+, ayo ashikana ku bwiwe+ no ku bw’ibicumuro abantu bakoze ku kutamenya+.