Itanguriro 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Adamu rero aryamana na Eva umugore wiwe, maze uno aribungenga+. Mu nyuma yibaruka Kayini+, avuga ati: “Mvyaye umuhungu mfashijwe na Yehova+.”
4 Adamu rero aryamana na Eva umugore wiwe, maze uno aribungenga+. Mu nyuma yibaruka Kayini+, avuga ati: “Mvyaye umuhungu mfashijwe na Yehova+.”