Abalewi 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “‘Aho umugabo aryamanye n’umugore ari mu butinyanka agapfukura koko ubwambure bwiwe, aba ashize ahabona isôko rya nya mugore, na nya mugore ubwiwe aba ashize ku kabarore isôko ry’amaraso yiwe+. Bompi rero bategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo.
18 “‘Aho umugabo aryamanye n’umugore ari mu butinyanka agapfukura koko ubwambure bwiwe, aba ashize ahabona isôko rya nya mugore, na nya mugore ubwiwe aba ashize ku kabarore isôko ry’amaraso yiwe+. Bompi rero bategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo.