ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 16:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Kandi aze yake ikoraniro rya bene Isirayeli+ imyagazi y’impene ibiri y’amasuguru ku bw’ishikanwa ry’igicumuro+, n’impfizi y’intama imwe y’ishikanwa riturirwa+.

  • Abaheburayo 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ku bw’ico rero yabwirijwe gucika nka “bene wabo” mu mice yose+, ngo acike umuherezi mukuru w’umunyembabazi n’umwizigirwa mu vyerekeye Imana+, kugira ngo atange ikimazi c’impongano+ ku bw’ibicumuro vy’abantu+.

  • Abaheburayo 5:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 kandi kubera bwo, abwirizwa gushikana amashikanwa ku bw’ibicumuro, ku bwiwe no ku bw’abantu+.

  • Abaheburayo 9:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ahandiho, yobwirijwe kubabara kenshi kuva kw’ishingwa+ ry’isi. Mugabo ubu yariyerekanye+ rimwe+ rizima ku nsozero y’ibihe+ kugira ngo akureho igicumuro biciye ku kimazi ciwe ubwiwe+.

  • 1 Yohani 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Bana banje bato, ndabandikiye ibi bintu ngo ntimukore igicumuro+. Yamara, nimba hagize uwukora igicumuro, turafise umufasha+ ari kumwe na Data, akaba ari Yezu Kristu, umugororotsi+.

  • 1 Yohani 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi uyo ni ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+, yamara atari ku bw’ivyacu+ gusa ahubwo kandi ku bw’ivy’isi yose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika