Abaheburayo 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ico cizigiro+ tugifise nk’inanga y’ubwato y’ubuzima, kikaba ari ntakekeranywa n’ikitanyiganyiga, kandi kirinjira imbere muri rya rido+, Abaheburayo 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo inyuma y’irido rigira kabiri+ hari igihimba c’ihema citwa “Aheranda Rwose*+.” Abaheburayo 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 mugabo mu gihimba kigira kabiri umuherezi mukuru ni we wenyene yinjirayo rimwe mu mwaka+, atibagiye amaraso+, ayo ashikana ku bwiwe+ no ku bw’ibicumuro abantu bakoze ku kutamenya+. Abaheburayo 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 iyo yadutangurije ari inzira nshasha kandi nzima ica muri rya rido+, ari ryo mubiri wiwe+,
19 Ico cizigiro+ tugifise nk’inanga y’ubwato y’ubuzima, kikaba ari ntakekeranywa n’ikitanyiganyiga, kandi kirinjira imbere muri rya rido+,
7 mugabo mu gihimba kigira kabiri umuherezi mukuru ni we wenyene yinjirayo rimwe mu mwaka+, atibagiye amaraso+, ayo ashikana ku bwiwe+ no ku bw’ibicumuro abantu bakoze ku kutamenya+.