Abalewi 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko ubuzima bw’umubiri buri mu maraso+, nanje nkaba nayashize ku gicaniro ku bwanyu kugira mutangirwe impongano+, kuko amaraso+ ari yo atuma haba impongano+ biciye ku buzima buri muri yo. Abaheburayo 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Egome, hafi ibintu vyose birahumanuzwa amaraso+ nk’uko Itegeko riri, kandi hadasheshwe amaraso+ nta kubabarirwa kuhaba+.
11 Kuko ubuzima bw’umubiri buri mu maraso+, nanje nkaba nayashize ku gicaniro ku bwanyu kugira mutangirwe impongano+, kuko amaraso+ ari yo atuma haba impongano+ biciye ku buzima buri muri yo.
22 Egome, hafi ibintu vyose birahumanuzwa amaraso+ nk’uko Itegeko riri, kandi hadasheshwe amaraso+ nta kubabarirwa kuhaba+.