Gusubira mu vyagezwe 32:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubwabo bikwegeye guhona+;Si abana bayo, ikosa ni rwabo+.Ni iyaruka rihetaraye kandi rigoramanze+! 1 Abami 8:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 “Nibagucumurako+ (kuko ata muntu adacumura+), maze bikaba ngombwa ko ubarurumbira ishavu, ukabagabura ku mwansi, hanyuma bene kubagira imbohe bakabatwara koko ari imbohe mu gihugu c’umwansi ca kure canke ca hafi+;
46 “Nibagucumurako+ (kuko ata muntu adacumura+), maze bikaba ngombwa ko ubarurumbira ishavu, ukabagabura ku mwansi, hanyuma bene kubagira imbohe bakabatwara koko ari imbohe mu gihugu c’umwansi ca kure canke ca hafi+;