Abalewi 16:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Aroni aze agire ubupfindo*+ kuri nya mpene zibiri, ubupfindo bumwe ku bwa Yehova, ubundi na bwo ku bwa Azazeli*+. Abalewi 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo impene ubupfindo buguyeko ku bwa Azazeli ize ihagarikwe ari nzima imbere ya Yehova ngo itangirwe impongano, kugira irungikwe+ mu gahinga ku bwa Azazeli+. Ivyahishuwe 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi baririmba ururirimbo rushasha+, bati: “Urabereye gutora uwo muzingo no kumatura udushashara twawo, kuko wishwe, kandi ukoresheje amaraso+ yawe ukaba waguriye+ Imana+ abantu bo mu muryango wose n’ururimi rwose n’igisata cose n’ihanga ryose,
8 Aroni aze agire ubupfindo*+ kuri nya mpene zibiri, ubupfindo bumwe ku bwa Yehova, ubundi na bwo ku bwa Azazeli*+.
10 Mugabo impene ubupfindo buguyeko ku bwa Azazeli ize ihagarikwe ari nzima imbere ya Yehova ngo itangirwe impongano, kugira irungikwe+ mu gahinga ku bwa Azazeli+.
9 Kandi baririmba ururirimbo rushasha+, bati: “Urabereye gutora uwo muzingo no kumatura udushashara twawo, kuko wishwe, kandi ukoresheje amaraso+ yawe ukaba waguriye+ Imana+ abantu bo mu muryango wose n’ururimi rwose n’igisata cose n’ihanga ryose,