Abalewi 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 aze ashinge ko iyo shūri yose ikurwaho ikajanwa ku mubari w’ikambi+, ahantu hadahumanye, ahasukwa ya minyota irimwo ibinure+, kandi aze ayituririre ku nkwi mu muriro+. Ahasukwa ya minyota irimwo ibinure ni ho ikwiye guturirirwa. Abalewi 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Hanyuma ategeka ko ya shūri n’urushato rwayo n’inyama zayo n’amayezi yayo biturizwa umuriro hanze y’ikambi+, nk’uko Yehova yari yategetse Musa. Abaheburayo 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko imivyimba y’ivyo bitungwa amaraso yavyo yinjizwa ahantu heranda n’umuherezi mukuru ku bw’igicumuro, ituririrwa inyuma y’ikambi+. Abaheburayo 13:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ni co gituma na Yezu, kugira ngo yezeshe+ abantu amaraso+ yiwe bwite, yababarijwe inyuma y’irembo+.
12 aze ashinge ko iyo shūri yose ikurwaho ikajanwa ku mubari w’ikambi+, ahantu hadahumanye, ahasukwa ya minyota irimwo ibinure+, kandi aze ayituririre ku nkwi mu muriro+. Ahasukwa ya minyota irimwo ibinure ni ho ikwiye guturirirwa.
17 Hanyuma ategeka ko ya shūri n’urushato rwayo n’inyama zayo n’amayezi yayo biturizwa umuriro hanze y’ikambi+, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.
11 Kuko imivyimba y’ivyo bitungwa amaraso yavyo yinjizwa ahantu heranda n’umuherezi mukuru ku bw’igicumuro, ituririrwa inyuma y’ikambi+.
12 Ni co gituma na Yezu, kugira ngo yezeshe+ abantu amaraso+ yiwe bwite, yababarijwe inyuma y’irembo+.