Kuvayo 29:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Uzoshikana ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro buri musi ngo ibe impongano+, kandi uze utyorore igicaniro igicumuro mu kugitangira impongano, wongere ukirobanuze amavuta+ kugira cezwe. Abalewi 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hanyuma Musa arayikerera+, atora amaraso+ ayashira n’urutoke rwiwe ku mahembe y’igicaniro hirya no hino araheza atyorora nya gicaniro ngo kiveko igicumuro, mugabo ayasigaye ayasuka ku ntaba y’igicaniro, kugira aceze ku bwo kugihongerako+. Abalewi 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Kandi aze asohoke aje ku gicaniro+, ikiri imbere ya Yehova, aheze agitangire impongano, atore makeyi ku maraso ya ya shūri na makeyi ku maraso ya ya mpene ayashire ku mahembe ya nya gicaniro hirya no hino+.
36 Uzoshikana ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro buri musi ngo ibe impongano+, kandi uze utyorore igicaniro igicumuro mu kugitangira impongano, wongere ukirobanuze amavuta+ kugira cezwe.
15 Hanyuma Musa arayikerera+, atora amaraso+ ayashira n’urutoke rwiwe ku mahembe y’igicaniro hirya no hino araheza atyorora nya gicaniro ngo kiveko igicumuro, mugabo ayasigaye ayasuka ku ntaba y’igicaniro, kugira aceze ku bwo kugihongerako+.
18 “Kandi aze asohoke aje ku gicaniro+, ikiri imbere ya Yehova, aheze agitangire impongano, atore makeyi ku maraso ya ya shūri na makeyi ku maraso ya ya mpene ayashire ku mahembe ya nya gicaniro hirya no hino+.