Abalewi 16:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi aze yuhagire umubiri wiwe mu mazi+ ahantu heranda+, hanyuma yambare impuzu ziwe+, aheze asohoke, ahereze ishikanwa riturirwa ryiwe+ n’ishikanwa riturirwa ry’abantu+ yongere atange impongano ku bwiwe no ku bw’abantu+. 1 Yohani 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi uyo ni ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+, yamara atari ku bw’ivyacu+ gusa ahubwo kandi ku bw’ivy’isi yose+.
24 Kandi aze yuhagire umubiri wiwe mu mazi+ ahantu heranda+, hanyuma yambare impuzu ziwe+, aheze asohoke, ahereze ishikanwa riturirwa ryiwe+ n’ishikanwa riturirwa ry’abantu+ yongere atange impongano ku bwiwe no ku bw’abantu+.
2 Kandi uyo ni ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+, yamara atari ku bw’ivyacu+ gusa ahubwo kandi ku bw’ivy’isi yose+.