Abalewi 23:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ntimuze mukore igikorwa na kimwe+. Ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero ku mayaruka yanyu ahantu hose muba. Guharura 29:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “‘Hanyuma ku musi ugira cumi w’ukwo kwezi kw’indwi, muzogira ihwaniro ryeranda+, kandi muze mwibabaze+. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa mukora+.
31 Ntimuze mukore igikorwa na kimwe+. Ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero ku mayaruka yanyu ahantu hose muba.
7 “‘Hanyuma ku musi ugira cumi w’ukwo kwezi kw’indwi, muzogira ihwaniro ryeranda+, kandi muze mwibabaze+. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa mukora+.