10 Kandi Aroni aze atangire impongano ku mahembe yaco rimwe mu mwaka+. Akoresheje makeyi ku maraso y’ishikanwa ry’igicumuro+ ry’impongano, azogitangira impongano rimwe mu mwaka mu mayaruka yanyu. Ni ceranda rwose kuri Yehova.”
7 mugabo mu gihimba kigira kabiri umuherezi mukuru ni we wenyene yinjirayo rimwe mu mwaka+, atibagiye amaraso+, ayo ashikana ku bwiwe+ no ku bw’ibicumuro abantu bakoze ku kutamenya+.