Abalewi 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amaherezo asuka ku mutwe wa Aroni makeyi kuri ya mavuta yo kurobanuza, aramurobanura, kugira ngo yezwe+. Abalewi 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Nayo umuherezi mukuru wo muri bene wabo yasutswe ku mutwe amavuta yo kurobanuza+, n’ukuboko kwiwe kukaba kwujujwe ububasha ngo yambare za mpuzu+, ntakwiye kureka ngo umutwe wiwe ugume udatunganijwe+, kandi ntakwiye gutabura impuzu ziwe+. Luka 4:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Impwemu ya Yehova+ iri kuri jewe, kuko yandobanuje amavuta* kugira ngo menyeshe inkuru nziza aboro, yantumye kwamamaza ukubohorwa ku mbohe n’uguhumuka ku mpumyi, kurekura abajanjaguwe bakidegemvya+, Abaheburayo 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Wakunze ubugororotsi, wanka ubugarariji. Ni co gituma Imana, Imana yawe, yakurobanuje amavuta*+ y’umwigino kuruta bagenzawe+.”
12 Amaherezo asuka ku mutwe wa Aroni makeyi kuri ya mavuta yo kurobanuza, aramurobanura, kugira ngo yezwe+.
10 “‘Nayo umuherezi mukuru wo muri bene wabo yasutswe ku mutwe amavuta yo kurobanuza+, n’ukuboko kwiwe kukaba kwujujwe ububasha ngo yambare za mpuzu+, ntakwiye kureka ngo umutwe wiwe ugume udatunganijwe+, kandi ntakwiye gutabura impuzu ziwe+.
18 “Impwemu ya Yehova+ iri kuri jewe, kuko yandobanuje amavuta* kugira ngo menyeshe inkuru nziza aboro, yantumye kwamamaza ukubohorwa ku mbohe n’uguhumuka ku mpumyi, kurekura abajanjaguwe bakidegemvya+,
9 Wakunze ubugororotsi, wanka ubugarariji. Ni co gituma Imana, Imana yawe, yakurobanuje amavuta*+ y’umwigino kuruta bagenzawe+.”