ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 38:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Maze Yuda arabisuzuma, hanyuma avuga+ ati: “Aragororotse kundusha+, kuko ntamuhaye Shela umuhungu wanje+.” Ntiyongera kuryamana na we inyuma y’aho+.

  • Abalewi 20:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Aho umugabo aryamanye n’umukazana wiwe, bompi ntibaze babure kwicwa+. Baba bagize ibitagirwa. Amaraso yabo ari kuri bo+.

  • Ezekiyeli 22:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Umuntu yakoranye n’umugore wa mugenziwe ikintu giteye ishishi+, kandi umuntu yahumanishije ubushirasoni umukazana wiwe+; kandi muri wewe umuntu yatetereje mushikiwe, umukobwa wa se wiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika